BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Uganda yahagaritse ikinyobwa gikekwa kuba kiva mu Burundi kubera kirimwo umuti ukoreshwa muri ‘viagra’.
Urwego rwa Uganda rujejwe kugenzura imiti, NDA, rwategetse ko ikinyobwa citwa 'Boisson Énergétique Très Puissante' gihagarikwa kugurishwa no kunyobwa ku butaka bw’ico gihugu.
Trump agabisha Irani ko izokwibonerako ni vyaboneka ko ifise uruhara ku vyabereye mu ndege Flydubai
Perezida Donald Trump yaraye agabishije Irani ko ishobora "gukubitwa bikomeye cane" mu gihe vyokwemezwa ko ifise uruhara mu gitero cabaye mu ndege ya Flydubai yatera ija i Tel Aviv.
IKIBIRIRAHO, Putin agabisha Uburengero ko Uburusiya buzokoresha ibirwanisho vyose mu gukingira Kaliningrad
Perezida Vladimir Putin yavuze ko Uburusiya buzokoresha ibirwanisho vyose bufise mu gihe bwobona ko agace kabwo ka Kaliningrad kagabweko igitero.
Ethiopia: Intambara zo muri Tigray zahitanye abanyagihugu 52 mu misi itatu
Abanyagihugu n’imiburiburi 52 barapfuye inyuma y'iminsi itatu y’intambara zikomeye mu gisagara ca Alamata no mu micungararo yaco, mu ntara ya Tigray iri mu buraruko bwa Ethiopia, nk’uko abaganga babibwiye BBC.
Uko Aba-Houthi bariko baratsimbataza ubucuti n'ibihugu vyo mw'Ihembe rya Afrika
Abahinga babona ko ubucuti hagati y’Aba-Houthi na Al-Shabaab buriko burakomera, ibi bikaba biteje amakenga ku mutekano wo mu Kiyaga Gitukura no muKigoe ba Aden.
Nta kimenyetso na kimwe cerekana ko Putin yoba yiyumvira guhagarika intambara muri Ukraine
Amajambo Vladimir Putin amaze imisi ashikiriza yerekana ko agifise icizere ko Uburusiya bushobora gutsinda intambara.
Rwanda: Urukiko rukuru rwashimangiye igifungo cya burundu kuri Munyenyezi ku byaha bya jenoside
Béatrice Munyenyezi yari yajuririye icyo gihano nyuma yo guhamywa ibyo byaha n'urukiko rwisumbuye rwa Huye mu mwaka wa 2024.
Ni iki cyihishe inyuma y'ikibatsi mu mubano wa RD Congo na Israel isanzwe ari inshuti y'u Rwanda?
Abasesenguzi babwiye BBC ko umubano wa DRC na Israel ubu urimo kwiyongera ujyanye ahanini n'ibyo Perezida Tshisekedi yifuza kugeraho i Washington.
Menya ibintu 5 by'ingenzi ku mushinga wa Dangote wo gutunganya peteroli muri Kenya
Uyu mushinga uvugwa nk’umwe mu mishinga minini cyane y’ibikorwa remezo yashyizwe mu bikorwa muri Kenya kuva igihugu cyabona ubwigenge
Abapilote bateranye ibyuma mu ndege yerekezaga muri Isiraheli
Itangazo ryo kumenyesha ko indege yagize ikibazo, ryatanzwe nyuma gato y'uko indege ihinduriwe icyerekezo bitunguranye itangira kumanuka vuba.
Amerika itahukanye burundu ingabo zayo muri Irak inyuma y'imyaka irenga 20, hagiye gukurikira iki?
Iyi ngingo ije mu gihe icuka kibi hagati ya Amerika na Iran cabandanije ciyongera, bituma haduka impungenge ku mutekano w'ingabo za Amerika muri Irak.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Video, Wari uzi ko ibihimba vy'umugore n'ivyo ingoma ari bimwe?, Umwanya bimara 2,33
Ingoma ifise ibihimba bitandukanye, ariko vyose vyitiranwa n'ivyo umugore.
Kaminuza ya Harvard yahishuye ibanga ryoroshye ryo kubaho igihe kirekire
Ubushakashatsi bukomeye bwakozwe muri Harvard bwerekana ko kugirana umubano mwiza n'abantu bishobora gufasha kongera imyaka yo kubaho mu buzima bwiza. Aho kugira abantu benshi baziranye, kugirana umubano wimbitse - hamwe no kwitabira ibikorwa mbonezamubano - bishobora kugira uruhare runini mu buzima bw'umubiri no mu mutwe.
RD Congo: Abategetsi babiri bakuru ba sentare ya gisirikare bapfiriye mu mpanuka y'indege - FARDC
Abo basirikare bompi bari bafise uruhara rukomeye mu manza za gisirikare zijanye n'intambara ibandanya mu buseruko bw'igihugu.
Uburyo amabere manini ashobora kugira ingaruka ku buzima bwawe
Amabere manini yakunze kugaragara ko atera ibibabo nk'ububabare bw'umugongo budakira, kuribwa umutwe, imiterere mibi, kugira ibinya n'ibibazo byo gusinzira, ndetse n'ibibazo by'ubuzima bwo mu mutwe.
U Rwanda n'Ububiligi byatangaje ko bisubijeho umubano wa dipolomasi
U Rwanda n'Ububiligi – bwahoze burukoloniza – byari byacanye umubano mu mwaka ushize ku mpamvu zifitanye isano n'intambara yo mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































